BURUNDI

Umugambwe FNL wa Miburo Emmanuel uhindutse urwanya leta

Umugambwe FNL  ishami rya  Miburo Emanweli urarahira ukarengwa ko utazopfa usubiye gushigikira ubutegetsi bw’i Bujumbura.

Faustino Ndikumana arapfunzwe kuva kuwa 7 Ruhuhuma 2012

Uwurongoye ishirahamwe PARCEM ryiyemeje gukangurira  Abarundi  guhindura ingendo ariwe Faustino Ndikumana apfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba kuva kuri uyu wa 7 Ruhuhuma 2012.

Un défenseur de la lutte anti-corruption emprisonné

Faustin Ndikumana, Président de l’association PARCEM (Parole et Action pour le Réveil des Consciences et l’Evolution des Mentalités) est en prison depuis mardi 7 février 2012.

Michel Nahimana, umuhinguzi w’ibitabu afise intumbero

Mu Burundi , amahinguriro ntaratera imbere. Ibituma ni vyinshi. Hari uko ico gihugu gisanzwe gikenye ibikoresho vya nkenerwa mu ntango z’ibikorwa , kubura  abahinga babinonosoye ariko kandi hakaba  n’uko ata politike yo guteza imbere amahinguriro ihari. N’aho biri uko , abagerageza bo ntibabuze.

Michel Nahimana, un imprimeur avec vision

Si au Burundi le secteur industriel n’est pas développé , plusieurs facteurs l’expliquent. C’est notamment la rareté des matières premières , le manque de techniciens qualifiés et surtout l’absence d’une politique d’innovation industrielle.

Pour accéder à cet article, vous devez être connecté à votre compte, ou vous devez créer un compte en cliquant ici

Alexis Sinduhije yaraye arekuwe

Alexis Sinduhije , umunyapolike atavuga rumwe na leta y’Uburundi yari yafashwe na Interpol muri Tanzaniya yaraye arekuwe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 24 nzero 2012. Yari yafatiwe ku kibuga c’indege i Dar-es-Salaam kuwa 11 nzero 2012. Bivugwa ko Sinduhije amaze kurekurwa yoba yaciye ajanwa mu gihugu ca Uganda iyo yari yaje ava.

L'opposant burundais Alexis Sinduhije libéré

Pour accéder à cet article, vous devez être connecté à votre compte, ou vous devez créer un compte en cliquant ici

Uwitangiye iterambere

Uwitangiye  iterambere
Abantu barashobora guca mu bihe bitoroshe , bakihebura, ariko ikindi gihe bakagarukana ivyizigiro. Nta bihe birebire biheze, komine Kabezi ryari ikirimbiro ry’intambara hagati y’abasirikare ba leta n’imirwi y’aba robeli yakunze kuvugwa muri Bujumbura rural.

Au Burundi, Alphonse NDABISERUYE, un abbé engagé pour la paix

On peut désespérer pour un  moment et retrouver de l’espoir à un autre moment. Il n’y a pas longtemps, la commune Kabezi  était le théâtre de violents combats opposant l’armée régulière  à différentes rébellions  qui opéraient dans Bujumbura rural à l’époque.

Syndiquer le contenu