Mu Burundi , amahinguriro ntaratera imbere. Ibituma ni vyinshi. Hari uko ico gihugu gisanzwe gikenye ibikoresho vya nkenerwa mu ntango z’ibikorwa , kubura abahinga babinonosoye ariko kandi hakaba n’uko ata politike yo guteza imbere amahinguriro ihari. N’aho biri uko , abagerageza bo ntibabuze.
L'avis des internautes
il y a 5 jours 23 heures
il y a 1 semaine 1 jour
il y a 1 semaine 1 jour
il y a 2 semaines 4 jours
il y a 4 semaines 5 jours
il y a 4 semaines 6 jours
il y a 5 semaines 3 jours
il y a 7 semaines 2 jours
il y a 7 semaines 2 jours
il y a 7 semaines 3 jours